Kidum Kibido - Kumushaha текст песни

Текст песни Kumushaha - Kidum Kibido



Mukobwa ingendo yawe
Yama mubitekerezo vyanje
Ndakunda ukuntu umwenyura
Nkapfa nkahwera kuriyo nyifato
Baza muriyo micungararo
Ko atako ntagize ngo ndakwiyegereze iruhande
Narasenze Imana mpfukamye
K'umusi urizina uzoteba ukaba uwanje
Sinkirya sinkiryama
Sinkitera intabwe nimwe mu buzima
Ref /
Uri hano
Kumushaha
Mu maraso, mu bwenge
Ese icompa
Nkasoma nturi mu maraso yawe
Ngende kwica umugera ugutuma utanyizera (×2)
Ooooh oooh
Oooh oooh
Mukobwa ubwiza bwawe
Buteye ukuntu ukwezi kwera umwenyuye
Urashogomanga mugutambuka
Nkaca merereza nkafatwa n'inyondo idasanzwe
Baza murabo babanyi
Nakoze ibishoboka vyose ngo ntware umudari w'umwakaka
Narasenze Imana mpfukamye
K'umusi urizina uzoteba ukaba uwanje
Sinarya sinaryama
Sinatey'intambwe nimwe mu buzima
Ref/ Uri hano
Kumushaha
Mu maraso, mu bwenge
Ese icompa
Nkasoma nturi mu maraso yawe
Ngende kwica umugera ugutuma utanyizera (×2)
Ooooh oooh
Oooh oooh
Baza murabo babanyi
Nakoze ibishoboka vyose ngo ntware umudari w'umwakaka
Narasenze Imana mpfukamye
K'umusi urizina uzoteba ukanyegera
Sinarya sinaryama
Sinatey'intambwe nimwe mu buzima
Ref/ Uri hano
Kumushaha
Mu maraso, mu bwenge
Ese icompa
Nkasoma nturi mu maraso yawe
Ngende kwica umugera ugutuma utanyizera (×2)
Ooooh oooh
Oooh oooh(×4)



Авторы: Jean-pierre ''kidum'' Nimbona


Kidum Kibido - Kidum: Collection, Vol. I
Альбом Kidum: Collection, Vol. I
дата релиза
26-02-2017




Внимание! Не стесняйтесь оставлять отзывы.