Igor Mabano - Back текст песни

Текст песни Back - Igor Mabano



Kina Music
I used to be your sweet love
I used to be your honey
Ayo mazina yose yagiye, uwamperezayo
Nkumbuye ya misi yacu ya mbere
Urukundo rukiri rubisi
Izuba ritaraza, ngo rwume
Wari wakumbur′umuntu muri kumwe
Irungu rikakwica, kandi utari wenyine
Can we go back
Aho twari turi
Turi babiri
Mw'isi ya twempi
Can we go back
Aho twari turi
Nkumbuye uko twari tumeze
Can we go back
Can we go back
(Ibihe byiza byacu bindi k′umutima)
(Ongera unyegere basi undeme agatima)
(Ibihe byiza byacu bindi k'umutima)
(Ongera unyegere basi undeme agatima)
Inkuru z'urukundo
Sinkikunda kuzumva
Kuko zinyibutsa ibyacu, uko byahoze
Uko umutima utera niko ndushaho
Kukubonamwo urukundo rwacu ruzima
Ese n′iki kibitera?
Ehhh
Wari wakumbur′umuntu muri kumwe
Irungu rikakwica, kandi utari wenyine
Can we go back
Aho twari turi
Turi babiri
Mw'isi ya twempi
Can we go back
Aho twari turi
Nkumbuye uko twari tumeze
Can we go back
Can we go back
(Ibihe byiza byacu bindi k′umutima)
(Ongera unyegere basi undeme agatima)
(Ibihe byiza byacu bindi k'umutima)
(Ongera unyegere basi undeme agatima)
Can we go back
Baby can we go back
Yeah, ehhh
Can we go back
Aho twari turi (Can we go back)
Turi babiri (Please baby)
Mw′isi ya twempi (Can we go back)
Can we go back
Aho twari turi (Yeah, ehhh)
Nkumbuye uko twari tumeze (Ohhh)
Can we go back
Can we go back
Can we go back
Baby can we go back
(Ibihe byiza byacu bindi k'umutima)
(Ongera unyegere basi undeme agatima)
(Ibihe byiza byacu bindi k′umutima)
Can we go back



Авторы: I.k Clement, Igor Mabano


Igor Mabano - Urakunzwe
Альбом Urakunzwe
дата релиза
01-06-2020


Еще альбомы
Исполнитель Igor Mabano, альбом The One
2021
Исполнитель Igor Mabano, альбом Nta Kosa
2021
Исполнитель Igor Mabano, альбом Yari Wowe
2021
Исполнитель Igor Mabano, альбом Easy
2020
Исполнитель Igor Mabano, альбом Ni Ukuri
2019
Исполнитель Igor Mabano, альбом Too Late
2019
Исполнитель Igor Mabano, альбом Gake
2019
все альбомы


Внимание! Не стесняйтесь оставлять отзывы.